kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

rebecca metusela – senga كلمات اغاني

Loading...

verse 1
nagerageje gusenga igihe kirekire
imisi iracamwo n’amezi, n’imyaka vyose
muri ivyo bihe vyose ntaco nabonye
ariko amasengesho yanje yabaye
nkaho ndiko ndaseka impome
nkaho ndiko ndaseka impome
niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
ntutinye kuko jewe ndi k_mwe nawe
ndi k_mwe nawe
ntukihebure kuko ndi k_mwe nawe

hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga

chorus:
nturuhe eee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhе eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
hook:
komeza
shishikara nu gusеnga
komeza
shishikara nu gusenga

verse 2:
niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
ntutinye kuko jewe ndi k_mwe nawe
ntukihebure kuko ndi mana yawe

hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga

verse 3:
naho vyokw_nka gute: senga
naho vyoteba gute: senga
naho utobona inyishu; senga
yacuhanga amaso abantu; senga
ntukidodombe nagato: senga
ntukihebure ncuti: senga
iyasezeranye izobish_tsa: senga
komeza ncuti usenge: senga
chorus:
nturuhe eee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee

hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga

كلمات أغنية عشوائية

اهم الاغاني لهذا الاسبوع

Loading...