masterland – leila كلمات اغاني
verse 1
they talk and talk tryna break our love /
badusambuze batazi n’iyo tw_tanguriye/
bavuga ngo nzoguta ngira baraturaguriye /
abastars ntitwubaka turi inryanrya baraduhinyuye /
sinoguta mama ntaco nosigarana /
umusi umwe ntakubona vyongora kwihangana /
bashaka kugutuntuza /
ngo baronke ico k_mbuza /
oya sinzokubabaza … /
chorus
leila my chérie yooo, leila ma juju eeeh
leila, all i want is you my babe yooo
leila my chérie, leila my juju
leila, ils sont jaloux de nous
la la la la la la….
verse 2
kuvuga ntibazoreka /
kugukunda sinzoreka/
oya mama ntivyoshika /
ko nohemuka /
bose bigira je connais, masterland je connais /
ngo singukunda wenyene, ngo mfise n’ubwibone /
sinoguta mama ntaco nosigarana /
umusi umwe ntakubona vyongora/ kwihangana/
bashaka kugutuntuza /
ngo baronke icok_mbuza /
oya sinzokubabaza… /
leila my chérie yooo, leila ma juju eeeh
leila, all i want is you my babe yooo
leila my chérie, leila my juju
leila, ils sont jaloux de nous
la la la la la la….
كلمات أغنية عشوائية
- rockwell › rockwell – captured كلمات اغاني
- e 40 › e-40 – grey skies كلمات اغاني
- subhumans uk › subhumans (uk) – people are scared كلمات اغاني
- hazard clique › hazard clique – “người của tao” كلمات اغاني
- sin dios › sin dios – perros de presa كلمات اغاني
- chris hillman › chris hillman – living on the edge كلمات اغاني
- mood killer › mood killer – can’t wait كلمات اغاني
- cromlech canada › cromlech (canada) – honor كلمات اغاني
- relive reactions › relive reactions – teeth كلمات اغاني
- catcall › catcall – i’m in love with a german film star كلمات اغاني