kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

bahaga prosper – yasa n’irirenga كلمات اغاني

Loading...

1st verse
iriya iwacu iyo nakuriye
habaye umwana yari intore
yari umuyabaga yarezwe runtu
yari akarorero mu runganwe
uyu mwana ni katihabwa
yarakunda eda yarakunzwe
yari umuyabaga yarezwe runtu
yari akarorero mu runganwe

chorus
yitwa tiro ry’inka
yasa n’irirenga
yitwa tiro ry’inka
yasa n’irirenga
yitwa tiro ry’inka
yasa n’irirenga

2nd verse
naho yankunda nanje nkamukunda
si je namujanye ngwihibambewe
barayamaze ngo hayaga abangana
abatware ni bo bamuntwaye

chorus

bridge

3rd verse
nzokwama nicara kuri ka gasozi
ku bujambo ambwiye ahora aca
nzotega amaso y’uko yogaruka
aza anzaniye wa mutima

chorus

كلمات أغنية عشوائية

اهم الاغاني لهذا الاسبوع

Loading...