kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

apollinaire habonimana – umva icatumye كلمات اغاني

Loading...

icatumye mpinduka nitw’ umukunzi
n’imana nyene imbabazi, data wa twese
nuko har’ uwiyambuye ubwiza bwose
yambar’ umuvumo wose nububi bwanje?

yankunze ntabibereye, nar’uwo gupfa
niwe yampuje n’imana, ubu ndashima

ni yesu, zina riryoshe
niwe yirata

yankunze ntabibereye, nar’uwo gupfa
niwe ya mpuje n’imana, ubu ndashima

ni yesu, zina riryoshe
niwe yirata

unve icatumye mpinduka, nitwa umukunzi
imana nyene imbabazi, data wa twese
nuko har’uwiyambuye ubwiza bwose
yambar’umuvumo wose nububi bwanje

yankunze ntabibereye, naruwo gupfa
niwe ya mpujе n’imana, ubu ndashima

ni yesu, zina riryoshe
niwe nirata
yankuzе ntabibereye, nar’uwo gupfa
niwe ya mpuje n’imana, ubu ndashima

ni yesu, zina riryoshe
niwe yirata
ni yesu, zina riryoshe
niwe yirata

كلمات أغنية عشوائية

اهم الاغاني لهذا الاسبوع

Loading...