kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

agach-t makato – induru كلمات اغاني

Loading...

intro:

(agach – t makato)
induru induru induru induru induru
oyeah (keremey pro)
induru induru (bang…eekk)
induru induru induru induru (uuh uuh uuh uuh..)

bridge

mu masite n’induru
mu ma soko n’induru (alright)
mu mashure n’induru
mu ma barabara n’induru ( hose hose hose hose… eka n’umwana w’ubwenge yumvira mu nduru man)
(aright… yeah yeah yeah)
verse
vyatanguye buhoro
vyatanguye nk’inkuru
vyantanguye nk’umukino
ubu hohe n’induru
hi miss, hi baby, ubu kandi ndagarutse
ushaka k-menya aho nari maze imisi ntura hama tuyage
umwanya wacu uraharuwe
nta kintu na kimwe co gufata minenegwe
urugendo ni rurerure
hard work, icuya cinshi go go go ali bomaye (ok)
nyita sharpshooter
urusoro ntirusohokera ubusa
nyita king kunta, nyit’uk’ushaka
nyita rumariza (po po poo…)
fake mc uragowe, uhav’uja k’umunyororo
hoshi!! mva mu maso!
shimir’ imana kubona ndabivuyemwo
mvuye hasi ntunj’inyuma ndi nka francine niyonsaba
uno munsi ifi zose ziyemera ni kuziroba
kuvaho nagahigiye ubuki ubu ndikorera igitiba
tuva muri ghetto nivyo ariko isango duhurire ku kirimba (wuuh)
makato, so fa mi re do ,ndi kubiri n’amategeko
ehe ikidandazwa gishasha giteye akajagari kw’isoko
abansi ni babandi nyene
ntibemera k’ari jewe, ntibemera ko nshobora gutahukana ikibanza ca mbere
uza wumva ngo : ukomoka he ? , kwanz’ur’uwo kwa nde ? »
bakitoza utunenge kugira bankure k’urutonde
arik’ imana igakor’ ivyayo
bakancir’icobo
ikancir’icanzo
vyose mumaso yabo
bakaguma bidodomba
ibibazo bikababan’umurengera
ngo ntibayumvis’ihinda (humm)
babonye gusa ibanyagira
kuki hagufatana mu nda dusasira indava ishari n’inzigo ?
zino nduru zino nduru nguma numva burya sizibisigo ntakibabaje nko guhura n’abirabure bariko bapfa ikizungu
kwiyitirira ibitari rwawe niyo ntango y’ubujuju
harageze yuko dukanura tuve muri kino gipfungu
maze twiratire ivyacu(yeah)
kano kamo gashikire kuba fake djs, fake mcs, promoters nimwikebuke
ku bansi b’iterambere akira musumba zose
murambabarira numbereje mugisebe (heee)
nivy’ ukuri kurababaza
ariko mugihe dukeneye ihinduka ntakundi twobigenza
rimwe na rimwe tududurirako ni ratatatapopoo
k’umengo utanguye kujugumira ! rema yari gasopo(bang)

كلمات أغنية عشوائية

اهم الاغاني لهذا الاسبوع

Loading...