
yvan paul - kanakimana كلمات أغنية
verse 1
sinari niteze ko nokunda
ariko ushobora gukundwa ugakunda
nta munota umwe ugenda nta kwiyumviriye babe
warakunzwe my lady
nkuko amazi amara inyota ni nkuko na we babe
umara inyota my baby
chorus
usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza
usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza
verse
everything on my mind is all about you
everything on my mind is all about, all about babe
i have been thinking all about
i have been talking all about
everything is all about you, babe
umutima wanje owoye
umutima wanje owoye
ndikutande ai ndikuhole
ndikutande
chorus
usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza
usa n’inyana
kana keza k’imana
turahura tugahuza
urukundo rwa beza
كلمات أغنية عشوائية
- inztynto - amanhã (feat. mark8) كلمات أغنية
- lil manman - know no better كلمات أغنية
- m.a.b., silent hype, iamancient - the blueprint كلمات أغنية
- j.kay - patience كلمات أغنية
- s.e.s. - 첫 사랑 (first love) [talk] كلمات أغنية
- wincent weiss - weit weg كلمات أغنية
- good morning - keep it كلمات أغنية
- james monarc - bairro azul كلمات أغنية
- corneille - pause كلمات أغنية
- flight facilities - lights up كلمات أغنية