
sat-b - kidding كلمات أغنية
mfise amakuru, ufise ukuntu
utuma abantu bahengama ibikanu
utagize ico uvuga
how do you do that?
bantera story, ufise umupfumu
aguha uburozi buri uwuguteye imboni
wese akabona usa
nka mama jesus
hook:
ibi sindabivuga nkomeje
don’t take it serious
you my heaven delivery
you look naturally ndabivuga ntasoni (x2)
chorus:
i was just kidding
(nturoga)
i was just kidding
(ntucoma)
i was just kidding
(ntuwikoroga)
kuko ubwiza ufise bwo nindemanwa (x2)
pre_chorus:
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
ubundi
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
verse 2:
none wakoze amakuru
wateje n’induru
some people getting rude
they talk about you
(aaahhn oooh yeeh aaaaah)
somеtimes niho niyumva
i am also confused
nigute ur’umutuzo
mubintu vyosе tu oooh yeh
(no no no no no)
icobikoze rata sinkubesha
(noooo)
nakubuzeko ikosa
i know how good just you are
mba ndi kugucokoza aaah
hook:
ibi sindabivuga nkomeje
don’t take it serious
you my heaven delivery
you look naturaly mbivuga ntasoni (x2)
chorus:
i was just kidding
(nturoga)
i was just kidding
(ntucoma)
i was just kidding
(ntuwikora)
kuko ubwiza ufise nindemanwa (x2)
pre_chorus:
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
ubundi
n’iyo woba ubikora uramaze
yeeeh uramaze, yeeh uramaze
yeeeh uramaze
كلمات أغنية عشوائية
- six feet under - frozen at the moment of death كلمات أغنية
- skepticism - farmakon process كلمات أغنية
- sinking ships - kiss the sharks كلمات أغنية
- sixpence none the richer - it came upon a midnight clear كلمات أغنية
- dani shay - know you كلمات أغنية
- skids - night and day كلمات أغنية
- doomsday apocalypse - life changes كلمات أغنية
- skarface - darladirladaska كلمات أغنية
- six by seven - 88-92-96 كلمات أغنية
- six magics - the secrets of an island كلمات أغنية