
rebecca metusela - senga كلمات أغنية
verse 1
nagerageje gusenga igihe kirekire
imisi iracamwo n’amezi, n’imyaka vyose
muri ivyo bihe vyose ntaco nabonye
ariko amasengesho yanje yabaye
nkaho ndiko ndaseka impome
nkaho ndiko ndaseka impome
niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
ntutinye kuko jewe ndi k_mwe nawe
ndi k_mwe nawe
ntukihebure kuko ndi k_mwe nawe
hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga
chorus:
nturuhe eee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhе eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
hook:
komeza
shishikara nu gusеnga
komeza
shishikara nu gusenga
verse 2:
niho numva ijwi ryawe rimbwira riti
ntutinye kuko jewe ndi k_mwe nawe
ntukihebure kuko ndi mana yawe
hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga
verse 3:
naho vyokw_nka gute: senga
naho vyoteba gute: senga
naho utobona inyishu; senga
yacuhanga amaso abantu; senga
ntukidodombe nagato: senga
ntukihebure ncuti: senga
iyasezeranye izobish_tsa: senga
komeza ncuti usenge: senga
chorus:
nturuhe eee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
shikama nu gusenga
nturuhe eeee
hook:
komeza
shishikara nu gusenga
komeza
shishikara nu gusenga
كلمات أغنية عشوائية
- ernie halter - gone كلمات أغنية
- ernie halter - hard to let a good love go كلمات أغنية
- mercy mercedes - all we've ever known كلمات أغنية
- sho baraka - we can be more كلمات أغنية
- jireh lim - once upon a time كلمات أغنية
- pierce the veil - million dollar houses كلمات أغنية
- bee gees - and the walls fell down كلمات أغنية
- pierce the veil - fast times at claremont high كلمات أغنية
- gaetan roussel - nous ne faisons que passer كلمات أغنية
- ss501 - mermaid... كلمات أغنية