pazzos bi - amahoro ya jambo كلمات الأغنية
yezu yazutse sasagaga urukundo
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
bari bazi ko bikuye umwansi none nguyo ni muzima
kengurukira imana ku rukundo rwayo
yaje kubera urukundo ngo aracunguye isi yose
kengurukira imana ku rukundo rwayo
yezu yazutse sasagaga urukundo
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
niwe aduhembura kandi azanye akanyamuneza
kengurukira imana ku rukundo rwayo
aduha amahoro n’ikigongwe nk’ingabirano yiwe
kengurukira imana ku rukundo rwayo
yezu yazutse sasagaga urukundo
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
araje, niyisange adusangize ijambo ryiwe
kengurukira imana ku rukundo rwayo
tega amatwi iry’agira avumere ajazanye amahoro
kengurukira imana ku rukundo rwayo
yezu yazutsе sasagaga urukundo
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
arashimangira inkingi z’amahoro iwacu
kеngurukira imana ku rukundo rwayo
turungikire mutima wawe amurikire abawe
kengurukira imana ku rukundo rwayo
yezu yazutse sasagaga urukundo
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
amahoro n’ubutungane bihane ikaze
كلمات أغنية عشوائية
- profit - petak uveče كلمات الأغنية
- corina smith - x100 (acústico) كلمات الأغنية
- heinie nüchtern - alte münze freestyle كلمات الأغنية
- dion (rap) - turn on me كلمات الأغنية
- xaaxaa - 五月雨 (samidare) كلمات الأغنية
- t_boyofficial - rett i koppen كلمات الأغنية
- кот балу (kot balu) - бушидо 4 (bushido 4) كلمات الأغنية
- made, baré & vito - mon bebe كلمات الأغنية
- hani - džip - sonja mitrović كلمات الأغنية
- 4ourthwall - lil moe كلمات الأغنية