kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

lolilo - bime amatwi lyrics

Loading...

(chorus):
bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya

bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya

bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

(verse 1):
umviriza ngucir’ agace kibondo
ico womenya
har’ abansi b’urukundo
bagateranya, bashaka guteranya
bazoryoherwe
ni twamara kw_nkana
bamar’ imirambi
ijoro n’umurango
bibaraguza bavug’ amajambo
bafis’ imigambi
y’ukutw_nkanisha
n’ukuducanishamwo
n’ukuturyanisha

yamara baby, ntawuzokunyankisha
ico narahiye
ntawuzok_mpebesha
bazovuga ni baruha bazonuma
bazomar’ inkwi bacanir’ amabuye
hheee…

(chorus):
bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya

bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

(verse 2):
reka bavuge
uruvugo ntawe rwishe
n’uwanse kuvuga
yaheze mu nda kwa nyina
ntibazovug’ imyaka yose
bazoruha banume
ivyo bavuga ni vyabaherana

ntibibaryohera kubona tuvugana
ntibibahimbara kubona dukundana
baragerageza kugira ngo tw_nkane

bagac’ irya n’ ino ngo duhebane
bagahig’ impamvu n’ imwe
ndamuvane
ngo barab’ ukuntu
botwicir’ umubano

yamara baby, ntawuzokunyankisha
ico niyemeje
ntawuzo k_mpebesha
bazovuga ni baruha
bazonuma
ntaco bazokora
iwawe narash_tse

(chorus):
bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya
bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

(verse 3):
ni bateshwe, ni bateshwe
bate, bate
iwawe narash_tse
bazovuga baruhe
batureke, ntituzohebana

(chorus):
bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya

bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

bime amatwi
bazovuga baluhe
ntakindi biyumvira
atar’ uguteranya

bazomar’ inkwi
bacanir’ amabuye
ntaco bokora, cotuma duhebana

كلمات أغنية عشوائية

اهم الاغاني لهذا الاسبوع

Loading...