kidum kibido - kumushaha كلمات الأغنية
[intro]
oooh
[verse 1]
mukobwa ingendo yawe
yama mu bitekerezo vyanje
ndakunda ukuntu umwenyura
nkapfa nkahwera kuri iyo nyifato
baza muri iyo micungararo
ko atako ntagize ngo ndakwiyegereze iruhande
narasenze imana mpf_kamye
ku munsi uri izina uzoteba ukaba uwanje
sinkirya sinkiryama
sinkitera intambwe n’imwe mu buzima
[chorus]
uri hano ku mushaha
mu maraso, mu bwenge
ese icompa
nkasoma nturi
mu maraso yawe
ngende kwica (kwicayo) imigera
igutuma utanyizera
ngende kwica (kwicayo) imigera
igutuma utanyizera
woah
woah
[verse 2]
mukobwa ubwiza bwawe
buteye ukuntu kwezi kwera umwenyuye
urashogomanga mu gutambuka
nkaca merereza nkafatwa n’inyonko idasanzwe
baza muri abo babanyi
nakoze ibishoboka vyose ngo ntware umudari w’umwakaka
narasenze imana mpf_kamye
ku munsi uri izina uzoteba ukaba uwanje
sinarya sinaryama
sinateye intambwe n’imwe mu buzima
[chorus]
uri hano ku mushaha
mu maraso, mu bwenge
ese icompa
nkasoma “nturi
mu maraso yawe”
ngende kwica (kwicayo) imigera
igutuma utanyizera
ngende kwica
kwicayo imigera
igutuma utanyizera
oh
oh
[bridge]
baza muri abo babanyi
nakoze ibishoboka vyose ngo ntware umudari w’umwakaka
narasenze imana mpf_kamye
ku munsi uri izina uzoteba ukanyegera
sinarya sinaryama
sinateye intambwe n’imwe mu buzima
[chorus]
uri hano ku mushaha
mu maraso, mu bwenge
ese icompa
nkasoma nturi
mu maraso yawe
(cisha)
ngende kwica (kwica yoh) imigera
(muri serumu)
igutuma utanyizera
(mu rushinge)
ngende kwica
(cisha)
kwica (yoh) imigera
(muri serumu)
igutuma utanyizera
[outro]
wooooh
iyooooh x4
cisha muri serumu
cisha mu rushinge
muri serumu
cisha
كلمات أغنية عشوائية
- materna - rouge كلمات الأغنية
- lil cuzn - like im from atlanta كلمات الأغنية
- kim jong wan (김종완) - blue moon كلمات الأغنية
- nêssa (br) - tara كلمات الأغنية
- cat ballou - bes an't enk كلمات الأغنية
- ssshhhiiittt! - when you die كلمات الأغنية
- 17psyche - falling كلمات الأغنية
- michael liriano - fallin' كلمات الأغنية
- church of the helix choir - the streamer speaks كلمات الأغنية
- jun (seventeen) - 能不能坐在我身旁 (can you sit next to me) كلمات الأغنية