faush-official - nzobaho كلمات الأغنية
ishoboy faush baby
sorry agic pacci
ayo boy
vers 1:
all member umbwira yukunkunda
nkanka ariko ukaguma u forsinga
ndakubwira yuko nidakunda
nemeye kowanteye agahinda
wahora umbwira kuri baby unkingira
ivyonzokora vyose uzobisangera
none raba wahisamwo kwigira
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
everyday everynight everything everything everynight
misiyose ubwira yuko uzonkunda none raba ntakibazo
chorus:
ndashaka imana impane ndashaka imana impanee ndashaka imana impanure kweli imana impane gukundana nawewe ndabicek_mugani ndashaka nitahire mpaze niryamire nanje nzobaho nukuri nzobaho nzobaho nukuri nzobaho
vers2
wanyeretse mouve murukundo ntazi koharimw urugendo umpendesha kwari urugendo nasanze indani harimwo ubufindo abagenzi bakambona bavuga ko tutangana ngo jenawe turahendana …………
كلمات أغنية عشوائية
- klamydia - suu puhtaaksi كلمات الأغنية
- joi cardwell - found love (gomi's alternative vocal mix) كلمات الأغنية
- eva ayllón - cuando llegue la hora كلمات الأغنية
- luna sea - kiss كلمات الأغنية
- mb14 - l'ultime sentence كلمات الأغنية
- letuce - mergulhei de máscara كلمات الأغنية
- dj discretion - ric flair drip (remix) كلمات الأغنية
- panda bear - token كلمات الأغنية
- the marvelettes - uptown كلمات الأغنية
- jt machinima - five long ni كلمات الأغنية