don caïman - iyowavuye كلمات أغنية
[intro], don caïman
turi kugicaniro c’impanuro
uwutosora if_ku yamizako
umugani ugana akarihoo
[verse1]
harabaye umwana w’impfuvyi yabaye impfuvyi akiri muto
mumuryango kubwo gukunda ibisigi baramuhahaza
bavamwo baramw_ngaza
yagiye nkakababi katazi iyokariburwe
yisanze mugisagara mubana bibarabara
utangirwa kurara kwikarato munda yumv’inzara
ntiyasiba gusab’imana imukure murubwobuzima mubisabisho vyiwe akama yiganyira ataka yitakambira
asezeranir’imana ngo niyamukura kucavu ntazosiba kuyikorera mugufash’impfumvyi nkawe abapfakazi nabandi
ni kwakundi imana uyisavye umukate ntizoguha ibuye
ntawadodoye itazugururira
mukiringo gito
wamwana yarishuwe akurwa mwibarabara
imigisha iba myishi aronka ama cash
umugambi iba myishi acika millionaire
ivyoyasezeraniye data watwese yabikoze rimwe kabiri iryagatatu arahemuka
atangira kurara muri boite ahagatiwe nama b_tch
satan amuhuma amaso isi n’ijuru atangira kubona kwarivyiwe
biramucanga atangira kubona jwatanicomukanga
yibagirwa no gusenga
nyamw_nka iyobiva yimye uwamuhaye iyo menya iza akaba kabaye
menya iyowavuye n’uwahagukuye
eger’imana ikwegere w’umvijwi ryomubutayu
[chorus], n.lee
iyo uba uwundi warikwibuka iyowavuye
ugakira ukundi iyo shetan yagutwayе
uwutazi iy’isi avyita ivyiwe
hindukira usubire mubiwe
[vеrse2], don caïman
ndiko ndamubwira koyibagiye iyowavuye yatangiye k_mfata nk_muhanuzi winzara atangira kwiga ba ati (reka nirire ivyanje, ivyanje ivyanje ndabiry’ukombishaka)
nanje naramubwiye ko imana yamuhaye ishoboye nok_mwaka
yoooo
iyo aba uwundi yoharuriye ibirenge vyiwe inzira igororotse
kugira n’icahinyagaye ntigikondoke ahubwo gikire
narabivuze ndigira niyabisuzugura ashobora kubona ivyabanse kwumvira nowa
uwutigishijwe n’abavyeyi isi izomwigisha
iyo menya iza akaba kabaye
singuciriye urubanza
ariko amasososo nintango y’ubuhanza
zibir’amatwi umutima uzokubwira rokoka harigihe n’ejo wotabaruka
eger’imana ikwegere wumv’ijwi ryomubitayu
[chorus], n.lee
iyo uba uwundi warikwibuka iyowavuye
ugakira ukundi iyo shetan yagutwaye
uwutazi iy’isi avyita ivyiwe
hindukira usubire mubiwe
iyo uba uwundi warikwibuka iyowavuye
ugakira ukundi iyo shetan yagutwaye
uwutazi iy’isi avyita ivyiwe
hindukira usubire mubiwe
[outro], don caïman
ikebuke
ikibi si ukurwa ikibi nikurwa ntuvyuke
don caïman serious (black camp)
n.lee (voice of n_gger)
streetology’ my strategy
guido maria gracious my bro
home sweet home
nyabibuye
what ‘s up my n_ggaz
كلمات أغنية عشوائية
- i am leman - ruh كلمات أغنية
- kaka costa - iracema كلمات أغنية
- tyron blackshit - sidney كلمات أغنية
- scum (usa) - time's up كلمات أغنية
- la historia imparable x siempre - si tu eres de rancho كلمات أغنية
- najam hathor - livin' da life كلمات أغنية
- asia ghergo - bisogno كلمات أغنية
- nadir qafarzadə - xainsən كلمات أغنية
- elkie brooks - one step on the ladder كلمات أغنية
- janeiro - p'ra ser irmão كلمات أغنية