don caïman - hitamwo كلمات أغنية
hitamwo lyrics
[intro] , don caïman & big zoe
ibihe vyarahindutse
ntamwanya w’ibitito n’imigani vyo kuri phone
bimeze nk’imbugita
ishobora kuba iyoguteka canke ikiba iyokwoca
jiggerbeatz
keep your positive energy
[verse1], don caïma
izinguzingu niwaritora nguhere, ntujokinge n’ubuzima bwogusiga urintere bukagucanga bukaguhanga bukagusig’ uribipande
daaah
dunia ina mambo
chagua kunyoa ama kusuka
fata umusumeno canke isuka aaah
nivyakuyobera komeza usenga ukora
isi niyakwosa uragotomera uziganya
iyabagukora cane bituma uba umu boss
africa beshi bosumvye rick ross
social media nink_murima rusangi
bur’umwe wese aposta mwivyashaka
fb na tiktok kera ivyahishwa abana bato ubu ni hazalani
karibu k_meza irigara ni instagram haribiguhesha ubuntu nibigutesh’ibanga
hitamwo ibigigufitiye amakaro
hitamwo unfollow canke follow
ego canke oya
ntacoroshe ariko ntakidashoboka
n’umurеte uboneka irigi ribanje k_mеka
[verse2], small d.o.g.g
twe tuvyuka twiruka
nibabahungu kwiyi chain ntanubwo baryama ahubwo ntanubwo baruhuka
kuduga n’uk_manuka
har’abigize kobatanatuzi ariko ndazi ni heshi batwibuka
muri club ntizivugwa muri city zirakundwa
aah turi made mwiyi hustle uravye neza urabibona nomumaso tury’iyiyasho
sinzi icutumva ko bibaye ngombwa tunasesa n’amaraso
ijoro n’umutaga dutanga ibitambo
hip hop m’umutima mumutwe dutigita ibiceri
bagutwenga urimuvyago zancuti zanahindutse mujeri
twabakatiye k_muryango habona
ayomahera uhorumbwira kuri tv ngeze mubibazo kontayabona
on the road to riches diamond rings, young n_ggaz doing big things
cakiyoka kinini cane gifise umutwe nkuwintama iryamye
ino ni code ngwino ndagusobanure mwururuvange
wamwuka utuma birirwa baryamye murusengero ninawomwuka ubafasha kurara bahagaze mubutambiro
hitamwo
ukore r.a.p canke ayoma sh_t
iyo b_tch undirimbira nayifat_e nkiri 18
iyi niyindimyaka igihumbi
icongereza turakizi reka twigishe ban0bana iki kirundi
[chorus], nlee & don caïman
umuriro ooh
uzimwa n’amahoro ushake wigire kabizi
ivyububuzima uhitamwo
(hitamwo)
ushobora kuduga canke ukamanuka
gusa ntutega umushibuka ivyubuzima uhitamwo
(choose wisely)
[verse3], big zoe
ivyo urishije umunwa bigucamwo vyirenganira bigasigara inyuma
(5zoe)
ivyo urishije amaso n’amatwi, mbwira bizokuvamwo gute?
(ninja)
ishano ricamukanwa rimaze kwica bake ariko ishano rica mumatwi niryoritubakiye
karibu mukinjana c’uburofa aho umugore n’umugabo bashwana bapfa kudashirana kuri status
bakica uwukomeye ngo baronke vyabipapuro biriko babagabo bapfuye
nyemerera iyondirimbo ndayigutuye, ntaninguvu warufise zokuguma uyikoreye
tutarik_mwe mbandiko nandikira wewe
turik_mwe mbandiko nandikira abotuvanye
ukambura turik_mwe
nsh_tse muhira nkaguta kuri status ngo you made my day
iyondirimbo iyaba arirwanje noyise mayday mayday mana dutabare
tuje mukabar gufotora ivyokurya tudafotoye abotwabisangiye kandi aribo babiguze
[verse4], di marvel
count your blessings forget your sorrow
maturity isn’t made by age it is an attitude built by experience
kusoma sio kazi, kazi kubali elimu kuwa pesa
social media
usishangaye kuona kaffir mwenye sidjah
hata ukiwa mbio vip, hauwezi kimbiya shida
burya intabwirwa ibwirwa nuko amaso atukuye, guhinduka nimpinduka bisaba guhaguruka
reseau sociaux
ninkamazi(yikiyaga) kuyajabuka bisaba k_menya kwoga nokudacika intege
be who you are
[chorus], nlee&don caïman
umuriro ooh
uzimwa n’amahoro ushake wigire kabizi
ivyububuzima uhitamwo
(hitamwo)
ushobora kuduga canke ukamanuka
gusa ntutega umushibuka ivyubuzima uhitamwo
[outro], big zoe & don caïman
eeh, this is hip hop
ndakuburira
(abamarayika birabura)
nkaguhanura, nawe ukanyunganira
(we choose to count blessings not problems) yeah
indome zitandatu
(hip hop)
streetology, black camp
shout to our audience
ayeeeeh
choose wisely
كلمات أغنية عشوائية
- wilod - downpour (feat. lil narnia & popstarr) كلمات أغنية
- sokuu - que du bonus ^^ كلمات أغنية
- division:dark - the art in artificial كلمات أغنية
- revion - somewhere good is found كلمات أغنية
- lil peri - hurtin / say that* كلمات أغنية
- ghoulshorizon - i miss my old friends (onetake) كلمات أغنية
- dry - herbsman كلمات أغنية
- mr.kitty - the house of the dead كلمات أغنية
- alen islamović & srčani udar - heroj كلمات أغنية
- dead sonics - your life on acid كلمات أغنية