apollinaire habonimana - negereye intebe yawe كلمات الأغنية
negerey’ intebe yawe
nzanye ibimazi vyamashimwe
nkuririmbir’ indirimbo
yamashimwe nicubahiro
niwe ubereye gushimwa
negerey’ intebe yawe
nzanye ibimazi vyamashimwe
nkuririmbire indirimbo
yamashimwe nicubahiro
niwe ubereye gushimwa
we waremye isi nijuru
niwakire icubahiro
we muhanyi wubugingo
urindirimbo yanje
mumababa yawe, niho nshaka kwibera
mubihe nzobaho, nzama nshima wewe
we waremye isi nijuru
niwakire icubahiro
we muhanyi wubugingo
urindirimbo yanje
mumababa yawe, niho nshaka kwibera
mubihe nzobaho, nzama nshima wewe
negerey’intebe yawe
nzanye ibimazi vyamashimwe
nkuririmbire indirimbo
yamashimwe nicubahiro
niwe ubereye, gushimwa
negerey’ intebe yawe
nzanye ibimazi vyamashimwe
nkuririmbir’ indirimbo
yamashimwe nicubahira
niwe ubereye, gushimwa
we waremye isi nijuru
niwakir’ icubahiro
we muhanyi wubugingo
uri indirimbo yanje
mumababa yawe niho nshaka kwibera
mubihe nzobaho, nzama nshima wewe
we waremye isi nijuru
niwakir’icubahiro
we muhanyi wubugingo
urindirimwo yanje, mumababa yawe
niho nshaka kwibera
mubihe nzobaho, nzama nshima wewe
mumababa yawe, niho nshaka kwibera
mubihe nzobaho, nzama nshima wewe
كلمات أغنية عشوائية
- krestall/courier - хлоя كلمات الأغنية
- alif rizky - dek lastri (feat. fazayubdina) [despacito versi jawa] كلمات الأغنية
- james hype feat. kelli-leigh - more than friends كلمات الأغنية
- noizy - 100 kile كلمات الأغنية
- leikeli47 - miss me كلمات الأغنية
- james smith - тили тили бом كلمات الأغنية
- silent strike feat. em - it's not safe to turn off your computer كلمات الأغنية
- demi lovato - sorry not sorry كلمات الأغنية
- 鄧廣福 - 不要停止想念 كلمات الأغنية
- tika deslin - jantungmu nafasku كلمات الأغنية