kalimah.top
a b c d e f g h i j k l m n o p q r s t u v w x y z 0 1 2 3 4 5 6 7 8 9 #

apollinaire habonimana - nama ntangara كلمات الأغنية

Loading...

nama ntangara
iyo nkubonye, nsanga urengey’ uko bambwiye
kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva

ivyukora vyose nivyiza
kukubikorana urukundo
ivyuvuga vyose nukuri
kuko bivuga urukundo

nama ntangara iyo nkubonye
nsanga urengey’ ukobambwiye
kandi ijwi ryawe rindutira amajwi yose nama nunva

(nisanze?) murukundo rwawe
wamberey’ uburuhukiro
nubuntu bwawe bumpagije
ndik_mwe nawe ndaruhutse

nivyukora vyose nivyiza
kukubikorana urukundo
ivyuvuga vyose nukuri
kukubivugana urukundo

nisanze murukundo rwawe
wamberey’ uburuhukiro
nubuntu bwawe bumpagije
ndik_mwe nawe ndaruhutse

كلمات أغنية عشوائية

كلمات الأغاني الشهيرة

Loading...